NEW MUSICUNIVERSALVIDEOS

[Music + Video] Kamikazi – Impano

45views

Kamikazi

Indirimbo IMPANO nindirimbo yogushima IMANA ko yibutse urugo rwacu ikabona ko bikwiye ikaduha ibibondo natwe tukitwa abavyeyi.
Bana bacu JOSHUA KELLY NDAYISHIMIYE na ABIGAELLE SANDRA NDAYISHIMIYE muri IMPANO twahawe na YESU mubeho mutababaye beza.
Iyi ndirimbo ndayituye abavyeyi mwese nabazoba abavyeyi ndabifurije kuvyara muguheka.

Niweirambire mwamikazi wuburundi kamikazi Well done for this beautiful and wonderful song

Ndashimiye ekipe yose yagize uruhara mw’itungaywa ry’iyindirimbo.

Click here to display content from YouTube.
Learn more in YouTube’s privacy policy.

DOWNLOAD MUSIC

Leave a Response